Ivyakozwe 13:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Mugabo Abayuda bagumura abagore b’abanyacubahiro batinya Imana be n’abantu bakurubakuru bo mu gisagara, hanyuma batangura guhama+ Pawulo na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:50 Nushinge intahe, rup. 91
50 Mugabo Abayuda bagumura abagore b’abanyacubahiro batinya Imana be n’abantu bakurubakuru bo mu gisagara, hanyuma batangura guhama+ Pawulo na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo.