-
Ivyakozwe 14:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Umuherezi wa Zeyu azana impfizi z’inka n’ingori z’amashurwe ku marembo, ashaka gushikana ibimazi ari kumwe na nya masinzi. Urusengero rwa Zeyu rwari mu bwinjiriro bw’igisagara.
-