Ivyakozwe 14:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Aho bamariye gushika bagakoraniriza ishengero hamwe, bigana ibintu vyinshi Imana yari yakoze biciye kuri bo, be n’ukuntu yari yugururiye amahanga umuryango ujana ku kwizera+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:27 Nushinge intahe, rup. 101
27 Aho bamariye gushika bagakoraniriza ishengero hamwe, bigana ibintu vyinshi Imana yari yakoze biciye kuri bo, be n’ukuntu yari yugururiye amahanga umuryango ujana ku kwizera+.