Ivyakozwe 15:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ariko bamwe mu bo mu mugwi w’idini w’Abafarizayo bari basigaye bizera, barahaguruka aho bari bicaye bavuga bati: «Birakenewe ko bagenyerwa kandi bagategekwa kwubahiriza amategeko ya Musa+.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:5 Nushinge intahe, rup. 105, 107
5 Ariko bamwe mu bo mu mugwi w’idini w’Abafarizayo bari basigaye bizera, barahaguruka aho bari bicaye bavuga bati: «Birakenewe ko bagenyerwa kandi bagategekwa kwubahiriza amategeko ya Musa+.»