Ivyakozwe 15:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Bamaze kukiganirako bimwe bikomeye*, Petero aca arahaguruka ababwira ati: «Bavukanyi, murazi neza yuko haciye igihe Imana intoye muri mwebwe kugira ngo biciye kuri jewe abanyamahanga bumve ijambo ry’inkuru nziza maze bizere+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:7 Nushinge intahe, rup. 106
7 Bamaze kukiganirako bimwe bikomeye*, Petero aca arahaguruka ababwira ati: «Bavukanyi, murazi neza yuko haciye igihe Imana intoye muri mwebwe kugira ngo biciye kuri jewe abanyamahanga bumve ijambo ry’inkuru nziza maze bizere+.