Ivyakozwe 15:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuko kuva mu bihe vya kera hamye hariho abantu bamamaza ivyerekeye Musa mu bisagara vyose, ivyo yanditse bigasomwa n’ijwi ryumvikana mu masinagogi buri sabato+.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:21 Nushinge intahe, rup. 109, 111
21 Kuko kuva mu bihe vya kera hamye hariho abantu bamamaza ivyerekeye Musa mu bisagara vyose, ivyo yanditse bigasomwa n’ijwi ryumvikana mu masinagogi buri sabato+.»