Ivyakozwe 15:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Babarungikanye ikete rivuga riti: «Twebwe intumwa n’abakurambere, tukaba n’abavukanyi banyu, turabandikiye mwebwe abavukanyi bo mu mahanga muri i Antiyokiya+, i Siriya n’i Silisiya. Turabaramukije!
23 Babarungikanye ikete rivuga riti: «Twebwe intumwa n’abakurambere, tukaba n’abavukanyi banyu, turabandikiye mwebwe abavukanyi bo mu mahanga muri i Antiyokiya+, i Siriya n’i Silisiya. Turabaramukije!