Ivyakozwe 16:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Vyongeye, baca i Firijiya no mu ntara ya Galatiya+ kuko impwemu nyeranda yari yababujije kuvuga ijambo ry’Imana mu ntara ya Aziya. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:6 Umunara w’Inderetsi,15/1/2012, rup. 9-1015/5/2008, rup. 32 Nushinge intahe, rup. 125
6 Vyongeye, baca i Firijiya no mu ntara ya Galatiya+ kuko impwemu nyeranda yari yababujije kuvuga ijambo ry’Imana mu ntara ya Aziya.