Ivyakozwe 16:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Hanyuma tuvayo tuja i Filipi+, igisagara cagabwa n’Uburoma, kikaba ari co gisagara gikuru c’intara ya Masedwane, tumarayo imisi mikeyi.
12 Hanyuma tuvayo tuja i Filipi+, igisagara cagabwa n’Uburoma, kikaba ari co gisagara gikuru c’intara ya Masedwane, tumarayo imisi mikeyi.