Ivyakozwe 16:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Amara imisi myinshi abigira. Amaherezo Pawulo biramurambira, ni kwo guhindukira akabwira ya mpwemu ati: «Mw’izina rya Yezu Kristu ndagutegetse umuvemwo.» Ako kanya nyene ica irasohoka+.
18 Amara imisi myinshi abigira. Amaherezo Pawulo biramurambira, ni kwo guhindukira akabwira ya mpwemu ati: «Mw’izina rya Yezu Kristu ndagutegetse umuvemwo.» Ako kanya nyene ica irasohoka+.