Ivyakozwe 16:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Nuko nya bapolisi baja kubimenyesha ba bacamanza. Bumvise yuko nya bantu ari Abaroma, baca batekerwa n’ubwoba+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:38 Nushinge intahe, rup. 131
38 Nuko nya bapolisi baja kubimenyesha ba bacamanza. Bumvise yuko nya bantu ari Abaroma, baca batekerwa n’ubwoba+.