Ivyakozwe 17:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bakoranya abagabo bamwe b’ababisha birirwa mu kaguriro bareze amaboko, bagira akagwi, baca batangura gutera intureka mu gisagara. Batera inzu ya Yasoni barondera kuzana Pawulo na Silasi imbere y’ako kagwi. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:5 Umunara w’Inderetsi,1/6/2012, rup. 19 Nushinge intahe, rup. 135-136, 139
5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bakoranya abagabo bamwe b’ababisha birirwa mu kaguriro bareze amaboko, bagira akagwi, baca batangura gutera intureka mu gisagara. Batera inzu ya Yasoni barondera kuzana Pawulo na Silasi imbere y’ako kagwi.