-
Ivyakozwe 17:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Ab’i Beroya bari bafise agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma Ivyanditswe ku musi ku musi bavyitondeye kugira barabe ko ivyo bumvise ari ukuri.
-