-
Ivyakozwe 17:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Nk’akarorero, igihe nariko ndarengana nkihweza nitonze ivyo musenga, nabonye n’igicaniro canditseko ngo: “Ku Mana itazwi.” Iyo Mana musenga mutazi, ni yo rero ndiko ndabamenyesha.
-