Ivyakozwe 18:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo kubera yuko baguma bamurwanya kandi bamutuka, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: «Amaraso yanyu abe ku gatwe kanyu+. Jewe ndera+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:6 Nushinge intahe, rup. 151
6 Mugabo kubera yuko baguma bamurwanya kandi bamutuka, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: «Amaraso yanyu abe ku gatwe kanyu+. Jewe ndera+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.»