Ivyakozwe 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 kubera ko ndi kumwe nawe+. Nta n’umwe azogutera ngo akugirire nabi, kuko mfise abantu benshi muri iki gisagara.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:10 Nushinge intahe, rup. 152-153 Umunara w’Inderetsi,1/11/1997, rup. 23
10 kubera ko ndi kumwe nawe+. Nta n’umwe azogutera ngo akugirire nabi, kuko mfise abantu benshi muri iki gisagara.»