Ivyakozwe 18:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Igihe Galiyo yari buramatari* wa Akaya, Abayuda barwanya Pawulo bahuje inama, bamujana imbere y’intebe y’imanza. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:12 Umunara w’Inderetsi,1/5/2012, rup. 23 Nushinge intahe, rup. 152-153
12 Igihe Galiyo yari buramatari* wa Akaya, Abayuda barwanya Pawulo bahuje inama, bamujana imbere y’intebe y’imanza.