-
Ivyakozwe 18:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Mugabo Pawulo agira afate ijambo, Galiyo abwira Abayuda ati: «Yemwe Bayuda, iyaba koko mumwagiriza ikibi canke icaha gikomeye, nari kuba ndonse imvo yo kwihangana nkabumviriza.
-