Ivyakozwe 18:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Nuko Umuyuda umwe yitwa Apolo+ avuka i Alegizandiriya, ashika i Efeso. Yari umugabo azi kuvuga kandi w’umuhanga mu Vyanditswe.
24 Nuko Umuyuda umwe yitwa Apolo+ avuka i Alegizandiriya, ashika i Efeso. Yari umugabo azi kuvuga kandi w’umuhanga mu Vyanditswe.