Ivyakozwe 18:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Vyongeye, kubera ko yashaka kujabuka akaja i Akaya, abavukanyi bandikira abigishwa, babasaba ngo bazomwakire neza. Nuko ashitseyo, afasha cane abari bamaze kwizera babikesheje ubuntu buhebuje* bw’Imana.
27 Vyongeye, kubera ko yashaka kujabuka akaja i Akaya, abavukanyi bandikira abigishwa, babasaba ngo bazomwakire neza. Nuko ashitseyo, afasha cane abari bamaze kwizera babikesheje ubuntu buhebuje* bw’Imana.