Ivyakozwe 19:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Pawulo avuga ati: «Yohani yabatiza ibatisimu yerekana ukwigaya+, akabwira abantu kwemera uwariko araza inyuma yiwe+, ari we Yezu.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:4 Yezu ni inzira, rup. 30
4 Pawulo avuga ati: «Yohani yabatiza ibatisimu yerekana ukwigaya+, akabwira abantu kwemera uwariko araza inyuma yiwe+, ari we Yezu.»