Ivyakozwe 19:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Pawulo amaze kubarambikako ibiganza, impwemu nyeranda ica ibazako+, batangura kuvuga mu ndimi z’inyamahanga no kuvuga ubuhanuzi+.
6 Pawulo amaze kubarambikako ibiganza, impwemu nyeranda ica ibazako+, batangura kuvuga mu ndimi z’inyamahanga no kuvuga ubuhanuzi+.