Ivyakozwe 19:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo bamwe bakomantaza umutima banka kwizera, bavuga nabi ya nzira y’Umukama+ imbere y’isinzi. Pawulo aca abavamwo+ agenda ajanye abigishwa bari ng’aho. Ku musi ku musi yaza arashikiriza ijambo* mu ngoro y’ishure rya Tirano. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:9 Nushinge intahe, rup. 160-162
9 Mugabo bamwe bakomantaza umutima banka kwizera, bavuga nabi ya nzira y’Umukama+ imbere y’isinzi. Pawulo aca abavamwo+ agenda ajanye abigishwa bari ng’aho. Ku musi ku musi yaza arashikiriza ijambo* mu ngoro y’ishure rya Tirano.