Ivyakozwe 19:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ivyo yamaze imyaka ibiri abigira, ku buryo ababa mu ntara ya Aziya bose bumva ijambo ry’Umukama, baba Abayuda canke Abagiriki*. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:10 Nushinge intahe, rup. 161 Umunara w’Inderetsi,15/12/2008, rup. 17-1815/8/2007, rup. 10
10 Ivyo yamaze imyaka ibiri abigira, ku buryo ababa mu ntara ya Aziya bose bumva ijambo ry’Umukama, baba Abayuda canke Abagiriki*.