Ivyakozwe 19:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 ku buryo n’impuzu n’amatabuliya vyaba vyakoze ku mubiri wiwe babijana ku barwayi+ bagakira, n’impwemu mbi zikava mu bantu+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:12 Nushinge intahe, rup. 162
12 ku buryo n’impuzu n’amatabuliya vyaba vyakoze ku mubiri wiwe babijana ku barwayi+ bagakira, n’impwemu mbi zikava mu bantu+.