Ivyakozwe 19:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo hari Abayuda bamwe baguma bagendagenda hose birukana amadayimoni. Nuko na bo nyene bagerageza gukoresha izina ry’Umukama Yezu ku bantu barimwo impwemu mbi, bakavuga bati: «Ndabategetse musohoke biciye kuri Yezu umwe Pawulo yamamaza+.»
13 Mugabo hari Abayuda bamwe baguma bagendagenda hose birukana amadayimoni. Nuko na bo nyene bagerageza gukoresha izina ry’Umukama Yezu ku bantu barimwo impwemu mbi, bakavuga bati: «Ndabategetse musohoke biciye kuri Yezu umwe Pawulo yamamaza+.»