Ivyakozwe 19:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abayuda bose n’Abagiriki* bose baba i Efeso bumva iyo nkuru maze bose batekerwa n’ubwoba, kandi izina ry’Umukama Yezu ribandanya gushimagizwa.
17 Abayuda bose n’Abagiriki* bose baba i Efeso bumva iyo nkuru maze bose batekerwa n’ubwoba, kandi izina ry’Umukama Yezu ribandanya gushimagizwa.