Ivyakozwe 19:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Inyuma y’ivyo, Pawulo yiyemeza yuko amaze guca i Masedwane+ n’i Akaya yociye afata urugendo akaja i Yeruzalemu+. Avuga ati: «Ninamara gushikayo, ntegerezwa no kuja i Roma+.»
21 Inyuma y’ivyo, Pawulo yiyemeza yuko amaze guca i Masedwane+ n’i Akaya yociye afata urugendo akaja i Yeruzalemu+. Avuga ati: «Ninamara gushikayo, ntegerezwa no kuja i Roma+.»