-
Ivyakozwe 19:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Vyongeye, akaga kaduhanze, si uko gusa umwuga wacu uzosigara uvugwa nabi, ariko kandi n’urusengero rw’imanakazi ikomeye Arutemi ruzosigara rubonwa ko ari ubusa. Iyo manakazi izoca itakaza ubuninahazwa bwayo kandi muzi ko isengwa mu ntara yose ya Aziya no kw’isi yose.»
-