-
Ivyakozwe 19:33Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
33 Nuko bakura Alegizandere muri nya sinzi, kubera ko Abayuda bariko bamusunurira imbere. Maze Alegizandere agira ikimenyetso n’ukuboko kugira bacereze, kuko yashaka kwiburanira imbere y’abantu.
-