Ivyakozwe 22:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Bukeye rero, aramubohora, ategeka abakuru b’abaherezi n’Inama nkuru yose gukorana kubera ko yipfuza kumenya neza ivyo Abayuda bariko baramwagiriza. Hanyuma amanukana Pawulo, amuhagarika hagati yabo+.
30 Bukeye rero, aramubohora, ategeka abakuru b’abaherezi n’Inama nkuru yose gukorana kubera ko yipfuza kumenya neza ivyo Abayuda bariko baramwagiriza. Hanyuma amanukana Pawulo, amuhagarika hagati yabo+.