Ivyakozwe 23:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ivyo vyabaye kubera ko Abasadukayo bavuga ko ata zuka ribaho canke umumarayika canke impwemu, mugabo Abafarizayo bo bakavyemera* vyose+.
8 Ivyo vyabaye kubera ko Abasadukayo bavuga ko ata zuka ribaho canke umumarayika canke impwemu, mugabo Abafarizayo bo bakavyemera* vyose+.