-
Ivyakozwe 23:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Ibihari birakomera ku buryo wa mukomanda atinya yuko bohava batabagura Pawulo, aca ategeka abasoda ngo bamanukeyo bamukure hagati yabo bamuzane ku cicaro c’abasoda.
-