-
Ivyakozwe 23:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Hanyuma atumako intwazangabo zibiri, azibwira ati: «Nimutegure abasoda 200 baja i Sezariya nk’isaha zitatu z’ijoro, bari kumwe n’abasoda 70 bagendera ku mafarasi be n’abandi 200 barwanisha amacumu.
-