Ivyakozwe 23:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Kandi kubera nashaka kumenya ico bamwagiriza, naramumanukanye mu Nama nkuru yabo+.