Ivyakozwe 24:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Haciye imisi itanu, umuherezi mukuru Ananiya+ amanukana n’abashingantahe bakeyi hamwe n’umuntu azi kuvugira imbere y’abantu* yitwa Teritulo, hanyuma bitwarira Pawulo kuri buramatari+.
24 Haciye imisi itanu, umuherezi mukuru Ananiya+ amanukana n’abashingantahe bakeyi hamwe n’umuntu azi kuvugira imbere y’abantu* yitwa Teritulo, hanyuma bitwarira Pawulo kuri buramatari+.