Ivyakozwe 24:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nta misi irenze 12 irahaca kuva nduze gusenga i Yeruzalemu+, kandi ivyo urashobora kuvyitohoreza.