Ivyakozwe 24:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Igihe nari muri ivyo bikorwa, bansanze mu rusengero nihumanuye nk’uko bisabwa+. Mugabo nta sinzi twari kumwe kandi nta ruhagarara nariko ndateza. Ariko hari Abayuda bamwe bo mu ntara ya Aziya
18 Igihe nari muri ivyo bikorwa, bansanze mu rusengero nihumanuye nk’uko bisabwa+. Mugabo nta sinzi twari kumwe kandi nta ruhagarara nariko ndateza. Ariko hari Abayuda bamwe bo mu ntara ya Aziya