Ivyakozwe 24:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ariko kubera ko Felisi yari azi neza ivy’iyo nzira y’Umukama+, aca abaha irindi sango, avuga ati: «Nzofata ingingo kuri ico kibazo canyu komanda Liziyasi niyamanuka ino.»
22 Ariko kubera ko Felisi yari azi neza ivy’iyo nzira y’Umukama+, aca abaha irindi sango, avuga ati: «Nzofata ingingo kuri ico kibazo canyu komanda Liziyasi niyamanuka ino.»