-
Ivyakozwe 25:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Nuko amaze imisi itarenga umunani canke cumi ari kumwe na bo, amanuka i Sezariya, hanyuma bukeye yicara ku ntebe y’imanza, ategeka ko bazana Pawulo.
-