Ivyakozwe 25:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo Pawulo yiregura ati: «Nta caha na kimwe nakoze haba ku bijanye n’amategeko y’Abayuda, urusengero canke Sezari+.»
8 Mugabo Pawulo yiregura ati: «Nta caha na kimwe nakoze haba ku bijanye n’amategeko y’Abayuda, urusengero canke Sezari+.»