Ivyakozwe 25:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugabo nabishuye yuko mu migenzo y’Abaroma ata muntu n’umwe ashobora gushikirizwa abamwagiriza mu ntumbero yo kubanezereza, uwagirizwa atarahura na bo amaso mu yandi ngo aronke akaryo ko kwiregura ivyo aregwa+.
16 Mugabo nabishuye yuko mu migenzo y’Abaroma ata muntu n’umwe ashobora gushikirizwa abamwagiriza mu ntumbero yo kubanezereza, uwagirizwa atarahura na bo amaso mu yandi ngo aronke akaryo ko kwiregura ivyo aregwa+.