-
Ivyakozwe 25:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Bukeye rero, Agiripa na Berenise binjira ahacirwa imanza. Bazananye icubahiro n’ukwiyerekana vy’agatangaza bari kumwe n’abakomanda hamwe n’abanyacubahiro bo mu gisagara. Maze Fesito atanga itegeko, bazana Pawulo.
-