Ivyakozwe 26:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kubera ko abo mu miryango yacu 12 bizigiye kubona ivyo bintu Imana yasezeranye biranguka, baguma bayikorera igikorwa ceranda ijoro n’umurango babigiranye umwete. Ibijanye n’ico cizigiro ni vyo Abayuda banyagiriza+ mwami! Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:7 Nushinge intahe, rup. 199
7 Kubera ko abo mu miryango yacu 12 bizigiye kubona ivyo bintu Imana yasezeranye biranguka, baguma bayikorera igikorwa ceranda ijoro n’umurango babigiranye umwete. Ibijanye n’ico cizigiro ni vyo Abayuda banyagiriza+ mwami!