Ivyakozwe 26:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ivyo nyene ni vyo nakoze i Yeruzalemu. Narapfungishije aberanda benshi+ kuko nari nahawe ububasha n’abakuru b’abaherezi+. Kandi igihe baba bagira babice, naratanga ijwi ryo kubishigikira.
10 Ivyo nyene ni vyo nakoze i Yeruzalemu. Narapfungishije aberanda benshi+ kuko nari nahawe ububasha n’abakuru b’abaherezi+. Kandi igihe baba bagira babice, naratanga ijwi ryo kubishigikira.