-
Ivyakozwe 26:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Muri ukwo kubahama, igihe kimwe nari ku rugendo nja i Damasiko mfise ububasha nahawe n’abakuru b’abaherezi, hari n’igikorwa banshinze.
-