Ivyakozwe 26:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze mu masasita ndi ku nzira ga mwami, nza mbona umuco urusha izuba gukayangana uvuye mw’ijuru, urabiriza irya n’ino yanje n’abo twari dufatanije urugendo+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:13 Nushinge intahe, rup. 200
13 Maze mu masasita ndi ku nzira ga mwami, nza mbona umuco urusha izuba gukayangana uvuye mw’ijuru, urabiriza irya n’ino yanje n’abo twari dufatanije urugendo+.