Ivyakozwe 26:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Twese tumaze kugwa hasi, numva ijwi rimbwira mu giheburayo riti: “Sawuli, Sawuli, umpamira iki? Erega kuguma utera imigere ku mihunda* birakugirira nabi.” Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:14 Umunara w’Inderetsi,1/8/2011, rup. 231/10/2003, rup. 32 Nushinge intahe, rup. 199-200
14 Twese tumaze kugwa hasi, numva ijwi rimbwira mu giheburayo riti: “Sawuli, Sawuli, umpamira iki? Erega kuguma utera imigere ku mihunda* birakugirira nabi.”