Ivyakozwe 26:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 yuko Kristu yari kubabazwa+ kandi ko yobaye uwa mbere mu kuzurwa mu bapfuye+, agatangariza iri hanga n’ayandi mahanga ubutumwa bw’umuco+.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:23 Urashobora Kubaho, rup. 172
23 yuko Kristu yari kubabazwa+ kandi ko yobaye uwa mbere mu kuzurwa mu bapfuye+, agatangariza iri hanga n’ayandi mahanga ubutumwa bw’umuco+.»