Ivyakozwe 26:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ndiko mvugana umwidegemvyo kubera ko umwami ndiko ndabwira azi neza ivyo bintu. Ndazi neza ko ata na kimwe ayobewe muri ivyo kuko ivyo bintu bitakorewe mu kinyegero+.
26 Ndiko mvugana umwidegemvyo kubera ko umwami ndiko ndabwira azi neza ivyo bintu. Ndazi neza ko ata na kimwe ayobewe muri ivyo kuko ivyo bintu bitakorewe mu kinyegero+.